Imana ibahezagire ishengero rya Pantecote Kayogoro
Mfashe kano kanya kugira ngo nshimire abaserukiye ishengero rya Pantecote Kayogoro mukuza kugendera kandi bagemuriye abana b’impfuvyi bo mw’irerero umusamariya w’imbabazi i Buye.

Imana ibahezagire cane.

All Categories
Recent Posts
Buntu Foundation
Imana ibahezagire ishengero rya Pantecote Kayogoro
Buntu Foundation
IMBERE NI HEZA CANE
Buntu Foundation
Kure cane niho nipfuza ko Imana izogushitsa.
+0123 (456) 7899
contact@example.com